Ni gute wogumana amagara meza mu bihe ingingo zo kurwanya COVID-19 zigifatwa.

Share:

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Ni gute wogumana amagara meza mu bihe ingingo zo kurwanya COVID-19 zigifatwa.

News

Mu gihe guma muri Melbourne na Sydney zongerejwe, kwinonora hamwe n'ibibanza biberamo ntibiremererwa kwugurura. Ukudahura n'abantu hamwe no kwugaranwa  ntibisigura gusa ukudahura n'abandi ariko n'ibangamirwa ry'amagara y'abantu mu mitwe.