September 24, 2021NewsHamwe n’impinduka mu bijanye n’imfashanyo reta iha abantu, zitegekanijwe gushirwa mu ngiro kuva itariki 1 Nzero 2022, abahawe uburenganzira bwo kuba ngaha bazorindira imyaka ine imbere yuko baronswa imfanshanyo na reta.